BUJA CITY PLAZA
Inyuma y'imyaka 12 ahahoze isoko nkuru ya Bujumbura hari igisaka, hari hageze ko Abarundi twikubita agashi. Ni muri iyo ntumbero umugambi wa "Buja City Plaza"
wavutse. Ubu ho hariho ikintu gishasha kandi kidashanzwe. Umurundi wese, yaba uwuri mu gihugu canke uwuri hanze, aremerewe kwigurira umutahe muri uwo mugambi. Tubibutse ko kuwamungu w'igenekerezo rya 27/01/2013 ariho iyo soko yasha igatokombera. Ubu rero harageze, numuze mwese twiyubakire "Buja City Plaza".